TST yabateguriye ihaganwa rya kataraboneka hano mu gihugu cacu c’uburundi .
Tumenyereye muriki gihugu cacu haba ama higanwa yo gutamba ca kuririmba indirimbo zitadukanye kucuro yambere Tst yabateguriye ihiganwa rya kataraboneka hano mu gihugu cacu c’uburundi kucuro yambere mu gisagara ca bujumbura hatumiwe buri muntu wese afise impano zo kuririmba indirimbo zihayagiza Imana benshi bita mu kinofunofu(Gospel) kwiyandikisha namafaranga ibihumbi cumi (10.000fbu) vya marundi kandi amwe mashasha .
Iryo higanwa rero nuko hazoba hari ubushimwe butandukanye
Uwambere azohabwa 500.000fbu ugaca uronka n’indirimbo imwe muri studio kubuntu utarishe
Uwakabiri azohabwa 250.000fbu
Uwagatatu azohabwa 100.000fbu
Nyaragasa kuko kwiyandikisha vyaratanguye kandi ntibizoteba Kuko kw’itariki ya 27 za mukakaro bizoba biragiye
Kaze kaze ugaragaze impano yawe Imana yaguhaye.
+257 61900300
+257 68532735
BBNEWS izohababera umwanya numwanya
Broadcasting Business News
Murakoze cane Kbs BBnews turikumwe mubikorwa
Imana izobane namwe mwiyumviriye neza cane