February 26, 2024

Mbe Intamba murugamba zizoshikana uburundi muri CAN

1

amahirwe yanyuma yo kurondera itike yo mu gikombe ca Afrika #CAN.
Mukwongereza amahirwe yuko #Uburundi bushika muri iryo higanwa rya #CAN bisabwa yuko #Intambamurugamba zizotsinda muri urwo rukino .
Mugihe #Uburundi busigaje Inkino zibiri zizobahuza na #Namibie hamwe na

9 Vyabonye

Mubona Intambamurugamba zizoshikana Uburundi muri CAN?
Mukiringo c’ukwezi kumwe konyene niho hategekanijwe urukino ruzohuza umugwi nserukiragihugu #Intambamurugamba n’umugwi wo mu gihugu ca #Namibiya.
Urwo rukino rutegekanijwe kw’igenekerezo rya 12 Ruheshi 2023 rukazoba urukino rudasanzwe kuko ruzoba ari amahirwe yanyuma yo kurondera itike yo mu gikombe ca Afrika #CAN.
Mukwongereza amahirwe yuko #Uburundi bushika muri iryo higanwa rya #CAN bisabwa yuko #Intambamurugamba zizotsinda muri urwo rukino .
Mugihe #Uburundi busigaje Inkino zibiri zizobahuza na #Namibie hamwe na
Cameroun birashoboka kuko iyo yindi mirwi isigaje urukino rumwe.
Hasabwa yuko intambamurugamba zitsinda inkino zose canke zitsinde rumwe zikanganya urindi.
Uko vyifashe mw’itsinda ry’Uburundi:
Namibie:5 pts
Cameroun:4 pts
Burundi:1pts
Mubona Uburundi bufise amahirwe angana gute yo gushika muri CAN?

Iciyumviro on Mbe Intamba murugamba zizoshikana uburundi muri CAN

Siga Iciyumviro