September 30, 2023

Amazina yanje ni OLi KING PRO

1

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire na like.

Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka

Iciyumviro on Amazina yanje ni OLi KING PRO

    Oligift
    June 2, 2023

    Olikingpro

    0
    0

Siga Iciyumviro