October 18, 2024

Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu

2

Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu, Jules NDAYIKEZA yafashe iyambere mukurima ibizinu.

urwaruka rukwiye gu haguruka rugakora ku gira rwiteze imbere,

Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu, Jules NDAYIKEZA yafashe iyambere mukurima ibizinu.

Jules NDAYIKEZA avuga ati :

“intumbero yacu mw’iyi coperetive ni kugira twigishe urwaruka rwinshi kurima iki giterwa”.

2 thoughts on “Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *