July 19, 2024

Umuririmvyi D-ONE 257 Ahejeje gufata rutemikirere Ku ncuro yiwe ya mbere

1

Umuririmvyi D-ONE 257 Ahejeje gufata rutemikirere Ku ncuro yiwe ya mbere

n’ubwo atashimye kuvuga neza igihugu agiyemwo

Umuririmvyi D-ONE 257 Ahejeje gufata rutemikirere Ku ncuro yiwe ya mbere

umajambo make yavuze yagize ati “Ntituryama, Ahubwo tubandanya dukora

Umuziki nibwo buzima bwanje ( No sleeping, we keep working hard, music is my life “

Mudufashe kumwipfuriza Urugendo rwiza

👁️ Wibaza ko D-One agiye mubiki ⁉️

Iciyumviro on Umuririmvyi D-ONE 257 Ahejeje gufata rutemikirere Ku ncuro yiwe ya mbere

    suzana
    July 17, 2023

    Safe journey my brother
    Ivyiza birimbere never give

    0
    0

Siga Iciyumviro