Ivyo guhagarikira inyigisho za kaminuza hagati hama ukazogaruka mu nyuma ntibigikunda
Kuri uyu wa 18 Munyonyo 2024, Prof Willy Marcel Ndayitwayeko, umuyobozi mukuru w’inyigisho za kaminuza mu bushikiranganji bw’indero, yaraye amenyesheje ko ubwo buyobozi bwahagaritse kwakira abanyeshure bahora basaba guhabwa uruhusha rwo gusubira kubandanya inyigisho (réintégration) bari barazihagarikiye hagati. Ingingo ahanini iraba kaminuza y’Uburundi n’ishure nderabigisha ENS (École Normale Supérieure).
Mu rwandiko № 610/DGES/2024 uwo muyobozi yateyeko umukono, akaba ata mpamvu yashizemwo isigura icatumye hafatwa iyo ngingo
Banyeshure iyo ngingo muyivuzeko iki?
#BurundiUniversity #Indero #ENS #BBBNews
Yoooooh ,ko biteye ubwoba none ,…urumva ubu utemeye kuhaguma ngo uheze bizoba biheze.
Nukuri birababaje cane .
None ni kuberiki iyo ngingo yafashwe?
Bizoca bigenda gute ga basha birakaze nukuri.
Ni mutubarize impamvu yafashe iyo ngingo kubera ntituriko dutahura impamvu .
Umuntu abibaije muri direction yobironkera inyishu nizere.
None ga basha bizogenda gute ?
Abanyeshure bacirondeza turagowe
Ndumva bigiye kutoroha
Jewe nzoca ndabiheba
noe nkubwo subuyiwayi vrema
tuzoca tubivamo wlhii
oya vrema iyo ngingo sinziza
vrema ivyo bintu nisawa
ivyo bintu sivyo kabisa
nisawa vrema iyo ngingo
YESU wee iyo ngingo vyagenze gtee?
nibarabe bahindure kabisa
ivyo bintu ntibizokworohereza abantu bamwe bamwe kln
ariko vrema ntibashaka ko tubanza guca amahera
nisawa vrema bizogabanya akajagari
ivyo bintu nivyo harya?
iyo ngingo ije hageze kabisa
ivyo bintu birakwiye gusubirwamo bigahinduka kabsa
vrema barononeye abantu bamwe bamwe
iyo ngingo yafashwe bigenze gte?
iyo ngingo sindayakiriye neza kln
nisawa vrema bizodufasha
aho reo ko batanguye ivyo ntamuntu azosubira kuja kwigayo
kaminuza yuburundi ntabakiriya bazosubira kuronka pe
nje mbona ivyo bintu ataco bimaze
kabisa baradukoreyeko
ivyo bintu ntamuntu yobisabirako
ivyo bintu kabisa nivyo?
iyo ngingo nisawa
ivyo nububeshi sivyo
ntawokwemera iyo ngingo
ivyo biraba abakiciga shahu
twe ndumva twarayasimbutse
gsaaa nyamba ari gihano mubafatiye kln
ariko vrema murababoneye cane
ivyo vyafashwe ryri?
bishire abanyeshure shahu
iyo ngingo vrema wapi
noe nkabantu bazoba bafise utundi twabo bakora
mana yanje ivyo nibiki vraiment?
iyo babigumiza kurya vyari bari kubiki?
iyo vyaguma kurya harico vyari kuba vyishe noe?
abarezi bafashe iyo ngingo barakwiye agafanta kln
babampere aga cupa murabarezi beza kln
birakwiye gufatwa no kuyandi makaminuza yigenga
aha nzobe ndaba iyo bizoherera kabisa
zamuduha ibitwerekeye shahuu
mutabihinduye murasigarana kaminuza yanyu kbsa
ivyo bintu umukuru w’igihugu arabizi?
iyo ngingo nihatari kabisa
muze mushiraho ivyorohereza bose
muze muduha na sport
iyo nkuru vrema iracana umugongo
nje ntakibazo bintwaye kabisa
iyo ngingo noe ntakuntu boyifata no muyandi ma Kaminuza privé
Yooo,,none bizoca bigenda gute??
Yooo,,none bizoca bigenda gute??