Burundi —Igiciro c’isukari cashizwe ku mafaranga 6.000 ku kiro

3
Isukari

Isukari

Kuva kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 17/10/2024, Marie Chantal Nijimbere, umushikiranganji w’ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi no gutwara abantu n’ibintu, yatangaje ko igiciro c’isukari y’ihinguriro SOSUMO gishizwe ku mafaranga ibihumbi 6 ku muguzi wa nyuma. Akaba yasavye abajejwe intwaro n’abaguzi gufasha kugira ntihazogire abikika mu kiza. Mwomenya ko ku wa 14 Nyakanga 2024, SOSUMO yari yashinze ko ikiro kigurwa 8.000 mu gihe kare cari ku mafaranga 3.500

Mbega ico giciro naco mucakiriye gute?

Itangazo ry'ubushikiranganji bw'ubudandaji bushinga igiciro gishasha c'isukari
Itangazo ry’ubushikiranganji bw’ubudandaji bushinga igiciro gishasha c’isukari

3 thoughts on “Burundi —Igiciro c’isukari cashizwe ku mafaranga 6.000 ku kiro

  1. Ikibazo si kugabanuka ibiciro mbe hoho izoboneka Mubene gihugu nkuko twakuze tubona isukari ariryanawe mbe mwibaza biva kuki kubona products dihingurirwa aha Burundi zizibye kuruta iziva mumakungu reka turindire iy sukari ibonetse azobaramarame

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Verified by MonsterInsights