February 26, 2024

SUCCESS COMPANY:Igabanywa ry’ibiciro muri SUCCESS COMPANY

0
9 Vyabonye

Promotion yakataraboneka hamwe na SUCCESS COMPANY…nkuko Summer yatanguye yabazaniye promotion y’impuzu  z ‘abahungu niz ‘abagabo(Pantalon mubwoko bwa Jeans,amashati,nibindi bitandukanye……) hamwe nibirato vyiza cane ndetse no  kubiciro vyiza cane mutari bwabone ahantu nahamwe..ni kuva kumusi wambere igenekerezo rya 22 Rusama gushika kumusi w,IMANA igenekerezo rya 28 Rusama, iyo wambaye neza usa neza,ibiciro vyagabanijwe gushika kuri 20%  ibiciro bimeze uku gukurikira :

Abifuza kwambara neza kumpuzu ni birato vyiza kandi bikomeye ntimucikwe niyi promotion kuko atahandi muzoyisanga atari muri SUCCESS COMPANY … tukaba dukorera muri Tokyo Business Centre hepfo yisoko kwa Siyoni mukibanza B3 14…

Telephone :71882916

Ntaciyumviro kiratangwa on SUCCESS COMPANY:Igabanywa ry’ibiciro muri SUCCESS COMPANY

Siga Iciyumviro