April 25, 2024

IGIKORANE HAGURUKA UKAYANGANE BESHI CABABEREYE INYISHU nkukobeshi baribaciteze ninako vyagenze  

1

Igikorane kidasanzwe citiriwe haguruka ukayangane

ico gikorane cabereye kumusenyi wa bubanza, mwishengero

The Image of Christ Church

kumagenekerezo ya  26-28/5/2022

caremeshejwe n’umukozi w’imana Pastor Arcade ,ariko nabakozi b’Imana bava ikampala uganda.

umunezero uva kwijambo ry’imana ryigishijwe, ugukira kw’indwara, ukugarukanirwa ivyizigiro nivyo vyaranze icogikorane

citabwe nabandi bashitsi batandukanye bahano iwacu

harabayemwo nikiganiro umukozi w’Imana Apostle Amos Abaasa yakoreye kuri bbnews tv iri mugisagara cabujumbura.

Iciyumviro on IGIKORANE HAGURUKA UKAYANGANE BESHI CABABEREYE INYISHU nkukobeshi baribaciteze ninako vyagenze  

    Arcade
    May 31, 2023

    Vyari ibihe vyiza

    0
    0

Siga Iciyumviro