July 27, 2024

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

1

Notice: Trying to get property 'post_excerpt' of non-object in /home/u183552678/domains/bbnewz.com/public_html/wp-content/themes/covernews/inc/hooks/blocks/block-post-header.php on line 43

YOU DONE IT  indirimbo shasha ,

Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel ,kuruyu wakane itariki imwe (1) ya ruheshi aho abasore babaririmvyi babiri bafise ingabire idasanzwe baje kumuvuduko udasanzwe , ni YBRapper aririmba umudiho wa Rap  na JOE MANI akoresha cane umudiho wa RNB .

Ni YB (risigura yvan bruno ) na JOE MANI (risigura joel manirakiza) kandi  nk’umuryango  babateguriye indirimbo y’inkuru nziza ivuga ku gikorwa ca yesu christo c’ubuntu n’urukundo n’imbabazi idufitiye .

N’indirimbo nziza wokwumviriza aho ugeze hose ikakuzuza  ikakuremesha, ikakwibutsa kandi ko IMANA igukunda , kandi igufitiye imigambi myiza .

uyo YB akaba ari umu catholika aririmba rap, kandi ntakora umwuga wokuririmba gusa aranashushanya( bisigura dessinateur).

JOE MANI nawe akaba ar’umu craftsman (bisigura artisan) naba artistes  bazananye inguvu nyinshi mumuziki. Bafise nizindi mpano, izo nazo tugiye kuzibona gahoro gahoro.

Twiteze vyinshi kuribo muriyi industries yumuziki muri gospel kandi babikora neza cane  Muryoherwe n’indirimbo yabo mubandanya mukurikirana n’ibindi bikorwa bagiye gusohora tubandanya tubatera intege nyinshi ibindi bizogende neza.

Nuko twese tuje hamwe tubafate mumugongo, Imana ibandanye ibaja imbere muvyo bakora vyose twizeye ko iyo ndirimbo izobashika kumutima, mbere ikaba remesha k’ivyo ducamwo bigoye vyose

Bitodutera ubwoba kuko IMANA yarabirangije vyose .

YOU DONE IT

                                                            INTRO

OH, MY SOUL THANK GOD,UVUG’UTI: ‘’YABIKOZE NTATANZE IKIGUZI,

               ELOHIM YOU’RE MY FAMILY UBUNZI, UWUNZI NI LOGOS

                            MY CATALOG, CATALOG.

                                                          VERSE 1

Wooo, Dear God I know you really loved me, you took off from my head the

    Burden that held me back, oh God.

I was walking really slowly, I ain’t know where I would be if you

   Weren’t there I could be lonely.

 I didn’t deserve neither  mercy nor 

To say Sorry, people didn’t fear you but you saved em with your mercy

   when I look around  all I see is your holi..ness, through your love

  i’m living in the righteousness.

INTRO

                MVUG’UTI: YABIKOZE NTATANZE IKIGUZI, ELOHIM YOU’RE MY FAMILY UBUNZI, UWUNZI NI LOGOS MY CATALOG, CATALOG

CHORUS

YOYO ITIMANY’UMWANA WAYO, N’IKI ITODUHA , MBIVUZE NDEMYE K’ITAZODUTA, NTUMBERO Y’URUKUNDO RWAYO X2

VERSE 2

RAP WORDS

                    Oh my lORD what can I pay you back, what the law

               Couldn’t do, you did it for us, even though i’m still young

                  I realized that your LOVE is really full of great power

JOE

MY NAME IS SURELY WRITTEN IN YOUR SON’S NAMES, CAUSE GREATER IS HE THAT IS IN ME, SAME NATURE HE JUST WANTED HE’S WITH ME

VERSE 4

It’s understandable the way I’m singing on this microphone,

I ain’t waste my time on people who gossiping saying my life

Is awful , Because I know  my life is wonderful

To God nothing is impossible he has done many things uncountable

My enemies know I’m untouchable cause that I have is powerful.

Believe in GOD and you gonna be free, leave it all in your back and

Follow his feet

Don’t be like eve who ate the tree, as the matter of fact she ended

Up in the street

God is the only way you can believe,… I believe in God that

You will live, and you’ll be filled the life of GOD

  YOYO ITIMANY’UMWANA WAYO, N’IKI ITODUHA , MBIVUZE NDEMYE K’ITAZODUTA, NTUMBERO Y’URUKUNDO RWAYO X2

Iciyumviro on NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

    Joël
    July 8, 2023

    He Done it
    Amen

    0
    0

Siga Iciyumviro