February 26, 2024

BBNEWS  YABATEGURIYE IGITERAMO welcome vacance muntumbero yukwinjira mubiruhuko  

0

BBNEWS  YABATEGURIYE IGITERAMO welcome vacance muntumbero yukwinjira mubiruhuko

10 Vyabonye

Muntumbero yukwinjira mubiruhuko BBNEWS

Kwigenekerezo rya 25 Ruhenshi 2023

Umuririvyi OLG OLEGUE Azoba arikumwe Nu Best Rapper M NIF JIMBO

Mukubaryohorera umusi ngaho  ibubanza aho bita Imusigati Kuryufe Bar

Kwinjira namahera make atavuna Ikibanza Gisanzwe ni 2000fbu

Ikibanza VIP ni 5000fbu

Ico giteramo kizotangura isaha indwi z umuhingamo  (13h00)

Menya Neza OLG OLEGUE Azoba afise Surprise Ashaka kwumvisha abantu Bibubanza neza naneza  imusigatiii 🔥🔥🔥🔥🔥

Ntaciyumviro kiratangwa on BBNEWS  YABATEGURIYE IGITERAMO welcome vacance muntumbero yukwinjira mubiruhuko  

Siga Iciyumviro