July 27, 2024

BRB:Inzira yo gusubiza amafaranga agaciro mu Burundi

0

Ibanki Nkuru yu Burundi yahinduye inoti za 10 000 Fbu niza 5 000 Fbu, mu mugambi wa Leta wo gusubiza  amafaranga y’igihugu agaciro.


Notice: Trying to get property 'post_excerpt' of non-object in /home/u183552678/domains/bbnewz.com/public_html/wp-content/themes/covernews/inc/hooks/blocks/block-post-header.php on line 43

Ibanki Nkuru yu Burundi yahinduye inoti za 10 000 Fbu niza 5 000 Fbu, mu mugambi wa Leta wo gusubiza  amafaranga y’igihugu agaciro.

Kuva itariki 7 RUHESHI kugeza itariki 17 RUHESHI niyo tariki ntarengwa yo kuba abafise inoti zishaje bazishikana ku ma banki canke ubundi bubiko bw’amafaranga yemeye na Leta, zigahindurwa.

Hashizweho amategeko adasanzwe mu rwego rwo guhangana n’abashobora gukora ibitajanye niyo ngingo bitwaje uwo mugambi washizweho na Leta. IBANKI nkuru y’igihugu yatangaje ko umwenegihugu wese yemerewe kubika canke kubikura utarenza miliyoni 10 ku munsi.

Ku bashaka guhinduza amafaranga yabo nabo,nuko kuva kw’italiki ya 15 RUHESHI ,

LETA y’UBURUNDI yafashe ingingo ko KU NTARA kuma COMMUNE yose agize igihugu ko umwenegihugu wese yokwegera commune canke ku murwa mukuru w’intara bajane aya kera kugira bazobahe mashasha vyafashwe mu ntumbero ko hari abenegihugu badafise ububiko muri ayo mazu babikamwo amafaranga.

Ivyo navyo bikerekana ko kuri ya minsi batanga ko bizoragirirako yo kw’itariki ya 17 RUHESHI kizohera neza kubwo ingingo zafashwe na LETA zokworohereza abenegihugu.

Inoti nshasha nazo ziboneka ukuri kwamye kubazikeneye yaba abari bujumbura canke hagati mu gihugu.

Amafaranga yahinduwe kugira asubizwe AGACIRO mu gihigu

Ntaciyumviro kiratangwa on BRB:Inzira yo gusubiza amafaranga agaciro mu Burundi

Siga Iciyumviro