April 25, 2024

Amazina yanje ni ASTON KING

30

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire na like.

Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka

30 ivyiyumviro on Amazina yanje ni ASTON KING

    Nadine
    June 17, 2023

    Arashoboye cane
    Aston wacu

    0
    0
    Yves ngoma
    June 17, 2023

    Wow wow
    Wewe uzoshika kure mutama

    0
    0
    Rhome
    June 17, 2023

    Aston King abikora neza ndamwipfurije intsinzi!

    0
    0
    Fabrice
    June 17, 2023

    Aston arashoboye kabisa

    0
    0
    Bertrand
    June 17, 2023

    👏👏👏👏👏

    0
    0
    Bechou
    June 17, 2023

    Hejuru caneeeeee

    0
    0
    Kenny Jeezo
    June 17, 2023

    Go Ahead mzee Aston 🔥✊

    0
    0
    Kenny Jeezo
    June 17, 2023

    Go Ahead mzee Aston 🔥✊

    0
    0
    Kenny Jeezo
    June 17, 2023

    Go Ahead mzee Aston 🔥✊

    0
    0
    Kenny Jeezo
    June 17, 2023

    Go Ahead mzee Aston 🔥✊

    0
    0

Siga Iciyumviro