July 27, 2024

TST yabateguriye ihaganwa rya kataraboneka hano mu gihugu cacu c’uburundi .

2

Tumenyereye muriki gihugu cacu haba ama higanwa yo gutamba ca kuririmba indirimbo zitadukanye kucuro yambere Tst yabateguriye ihiganwa rya kataraboneka hano mu gihugu cacu c’uburundi kucuro yambere mu gisagara ca bujumbura hatumiwe buri muntu wese afise impano zo kuririmba indirimbo zihayagiza Imana benshi bita mu kinofunofu(Gospel) kwiyandikisha namafaranga ibihumbi cumi (10.000fbu) vya marundi kandi amwe mashasha .

Iryo higanwa rero nuko hazoba hari ubushimwe butandukanye 

Uwambere azohabwa 500.000fbu ugaca uronka n’indirimbo imwe muri studio kubuntu utarishe

Uwakabiri azohabwa 250.000fbu

Uwagatatu azohabwa 100.000fbu

Nyaragasa kuko kwiyandikisha vyaratanguye kandi ntibizoteba   Kuko kw’itariki ya 27 za mukakaro bizoba biragiye 

Kaze kaze ugaragaze impano yawe Imana yaguhaye.

+257 61900300

+257 68532735

BBNEWS izohababera umwanya numwanya

Broadcasting Business News

2 ivyiyumviro on TST yabateguriye ihaganwa rya kataraboneka hano mu gihugu cacu c’uburundi .

    Arsène Mbenge
    July 6, 2023

    Murakoze cane Kbs BBnews turikumwe mubikorwa

    0
    0
    Violette
    July 8, 2023

    Imana izobane namwe mwiyumviriye neza cane

    0
    0

Siga Iciyumviro