July 27, 2024

umuvugabutumwa Chris NDIKUMANA mw’Ijambo ryo kwakira abantu baje ku musi w’ejo mu gikorane ca “KANGUKA” imbere yuko yigisha yagize ati “Igihe kirageze ngo Uburundi 

1
🇧🇮

 BUKANGUKE. 

Mu mwanya wo gusengera Uburundi naho agira ati “ibintu abarundi bidogera kurusha ibindi nk’ikena ry’igitoro, ifanta, isukari, amadorari n’ibindi ni nk’umuntu agwaye amahere ati kuruyu mugoroba tugiye kurandura umuzi w’amahere. Ati kandi ndizera ko mu ndwi iza ata miduga muzosubira kubona itonze kuma station” 

Abizera nabo bati “AMEN”

🙌🏽

Tubamenyeshe ko murico gikorane hakoretse ibitangaza vyinshi bitandakanye nko gukira ingwara zitandukanye no gukizwa kw’abantu isinzi. 

https://www.youtube.com/watch?v=wABVPsF-150

Iciyumviro on umuvugabutumwa Chris NDIKUMANA mw’Ijambo ryo kwakira abantu baje ku musi w’ejo mu gikorane ca “KANGUKA” imbere yuko yigisha yagize ati “Igihe kirageze ngo Uburundi 

    nziza
    July 26, 2023

    Twarahezagiwe cane gose
    Imana imugwirize amavuta

    0
    0

Siga Iciyumviro