February 26, 2024

 Umurwi Victorious  team  ugiye gukorera igiteramo muntara ya Gitega

1

Umurwi Victorious team ugiye gukorera igiteramo muntara ya Gitega

8 Vyabonye

Mu ntumbero yo gufasha abana batishoboye Umurwi Victorious  team  ugiye gukorera igiteramo muntara ya Gitega

 ikigo gisanzwe gifasha abana bimpfuvyi  bahurikiye muri Orphelinat Nice Hope House  caratunganije igiteramo kidasanzwe ciswe THE NICE GIFT EVENT kizoba igenekerezo rya 06/08 2023

Iciyumviro on  Umurwi Victorious  team  ugiye gukorera igiteramo muntara ya Gitega

    Joanne
    July 15, 2023

    Imana ibahezagire cane
    Icogikorwa nikiza

    0
    0

Siga Iciyumviro