April 25, 2024

Crystal Event kuruyu wagatandatu 15/07/2023 kuri Zion Beach aho ibazaniye party people

4

Crystal Event kuruyu wagatandatu 15/07/2023 kuri Zion Beach aho ibazaniye party people

Crystal Event kuruyu wagatandatu 15/07/2023 kuri Zion Beach aho ibazaniye party people bakaba bazanye umu Dj akomeye kuva mugihugu c’ubufaransa yitwa Dj/Madmax azoba ariko afashanya naba Dj babarundi nka DJiverson na Dj SAIDO kuva mububirigi &@Djderry na Dj Israel – Buja fm Mugihe bazoba barikumwe numuririmvyi Double-jay OnceAgain ndetse na Heros Amissi bazi caane nka

Mc Ami pro

4 ivyiyumviro on Crystal Event kuruyu wagatandatu 15/07/2023 kuri Zion Beach aho ibazaniye party people

    Suzanne
    July 13, 2023

    Crystal hejuru cane
    Mubokora neza

    0
    0
    mbongo
    July 13, 2023

    Nzoza kabisa
    Ikiroro ca Crystal kibagitesa kweri kweri

    0
    0
    Jack
    July 13, 2023

    Zion ndabona bizoba arubutamu kabisa
    Naje nzoza

    0
    0
    ynick
    July 13, 2023

    Dj Saido ndamufana kweri naje nzoza

    0
    0

Siga Iciyumviro