July 27, 2024

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye  yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka 

9

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye  yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka rusanzwe  rufise imboneshakuru ikorera  Ku Mbuga ngurukana Bumenyi,   ” Juste Gaël” asanzwe ariwe arongoye   “Umukubito TV

9 ivyiyumviro on Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye  yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka 

    ndikumana Estonia
    July 13, 2023

    Sebarundi akunda urwaruka jewe nico mukundira gose
    Wirambire mutama much respect urashoboye

    1
    0
    Eric niyokuri
    July 13, 2023

    Papa wacu yubahwe cane
    Turamukunda

    1
    0
    Bob ciza
    July 13, 2023

    Umukubito bawuhaye hiti imbere cane
    President wacu turakwemera kandi tukurinyuma cane
    Jewe nzogutora Imana ikomeze ikuzigame ikurinde inyangaburundi kuko wewe ufise imigambi mizima

    1
    0
    ngoma Jules
    July 13, 2023

    Ibibintu nivyiza vyoguha urwaruka bakayaga na perezida
    Turagukunda cane Papa wacu niwirambire 🇧🇮

    1
    0
    aime
    July 13, 2023

    Ramba mutama wacu sebarundi
    Ukunda abanyagihugu cane
    Dukunde 🇧🇮

    1
    0
    jose
    July 13, 2023

    Gael Imbere cane

    1
    0
    Jack
    July 13, 2023

    Umukunzi wurwaruka
    Oyeeeeeeee ramba usagambe niwewe ntawundiiiiiiii
    Turagukunda natwebwe

    0
    0
    miburo innocent
    July 13, 2023

    Mudukemurire nikibazo cigitoro mutama turagusavye gose
    Mudutabare turarushe muvyeyi wacu wu 🇧🇮

    0
    0
    Zinnia
    July 13, 2023

    Gael komeza uterimbere

    0
    0

Siga Iciyumviro