February 26, 2024
10 Vyabonye

tariki ya 12 Nyakanga 2023, ku kibuga cy’indege mpuzamahanga ca Melchior NDADAYE Bujumbura. Yagarutse avuye mu Budage aho yari yitabiriye ibirori vya Kommen und Gehen

4 ivyiyumviro on Umuririmvyikazi Bernice The Bell yaraye ashitse kuruyu wa gatatu,

    ndirimana
    July 13, 2023

    Komeza umererwe neza Bell wacu
    Kaze Iwanyu mubawe

    0
    0
    yves
    July 13, 2023

    Kaze mwiza
    Nizereko uzoduha nururirimbo rushasha

    0
    0
    veve
    July 13, 2023

    Kaze kaze mwiza wacu

    0
    0
    zouzou
    July 13, 2023

    Kaze Bell warukumbuwe cane
    Imana ishimwe yo yakuzigamye

    0
    0

Siga Iciyumviro