February 26, 2024

Drama-T Yongeye gufata rutema ikirere

1

Inyuma yo guteramisha abenegihugu bo mubufaransa no mububirigi Ni Drama-T Yongeye gufata rutema ikirere 

9 Vyabonye

Inyuma yo guteramisha abenegihugu bo mubufaransa no mububirigi Ni Drama-T Yongeye gufata rutema ikirere 

 kwuno wakane itariki 13/07/2023 Agana mugisagara ca Dubai Aho agiye kwongera gukora ibikora inka nkuko asanzwe abikora

Iciyumviro on Drama-T Yongeye gufata rutema ikirere

    yvette
    July 13, 2023

    Imana izobane nawe Drama T
    Much love

    0
    0

Siga Iciyumviro