April 25, 2024

Umuririmvyi Double-jay OnceAgain 

0

Double-jay OnceAgain Ahejeje kugaragara ari kwisanamu imwe n’umuririmvyikazi Belle 9ice

Double-jay OnceAgain Ahejeje kugaragara ari kwisanamu imwe n’umuririmvyikazi Belle 9ice iyo shusho ikaba yaherekejwe namajambo ari mururimi Rwicongereza avuga ngo :BABY WHAT CAN I DO ? WOULD YOU BE MY QUEEN

Ntaciyumviro kiratangwa on Umuririmvyi Double-jay OnceAgain 

Siga Iciyumviro