February 26, 2024

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’U Burundi yafashe urugendo kuri uyu wa kabiri rumushikana mu gihugu c’U Rwanda. 

0

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’U Burundi yafashe urugendo kuri uyu wa kabiri rumushikana mu gihugu c’U Rwanda.

9 Vyabonye

Angeline Ndayishimiye yitavye inama mpuzamakungu yiga ku ruhara rw’abakenyezi mw’iterambere.

Ku rubibe rwa Gasenyi-Nemba, muri komine Busoni intara ya Kirundo, yakiriwe na Daphose Gaharwa, umuhanuzi wa mbere mu biro vy’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’Urwanda.

[Jeannette Kagame]

Ntaciyumviro kiratangwa on Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’U Burundi yafashe urugendo kuri uyu wa kabiri rumushikana mu gihugu c’U Rwanda. 

Siga Iciyumviro