July 27, 2024

Igenekerezo rya 24/07/2023 Niho umuririmvyi D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie

3

D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie

Amwe mumajambo yashikirije agishika yavuze Ngo:

Nari Nakumbuye Akaboga K’i Bujumbura, Vyarashitse Ndasohoka Kubwo Gukora ikintu ciza Ndifuza yuko abankurikirana nguma Ndabaha Ibintu bisukuye  cane kandi biransaba Amahera menshi ariko k’ubw’iterambere ryanje ntegerezwa Kubikora…

3 ivyiyumviro on Igenekerezo rya 24/07/2023 Niho umuririmvyi D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie

    Alice
    July 26, 2023

    D-One imbere cane
    Komeza utsinde ntawanga ekipe itsinda
    King 👑 one much love

    0
    0
    MC TINo
    July 26, 2023

    Twihere umuzigo musaza

    0
    0
    Vicki keza
    July 26, 2023

    Mutama bandanya uzoshika kure hashoboka Imana iguhezagire kandi iguhe ivyiyumviro bizima ikurinde ibiyayura mutwe kuko nivyo vyica urwaruka
    Wewe ntuzobijemo
    Ndagusavye

    0
    0

Siga Iciyumviro