April 25, 2024

KigingiSummerComedy  Ico giteramo kikaba gitegekanijwe kuzoba itariki 20 zukwezi kwa nyandagaro uyumwaka nyene.

1

Ico giteramo kikaba catumiwemwo abanyatugenene (aba comédien) batari bake aho twovuga nka @michel sengazi , Mutima comedian , Raoul Le Comédien nabandi

Iciyumviro on KigingiSummerComedy  Ico giteramo kikaba gitegekanijwe kuzoba itariki 20 zukwezi kwa nyandagaro uyumwaka nyene.

    Celine
    July 26, 2023

    I will be there

    0
    0

Siga Iciyumviro