February 26, 2024

Uy’umunsi kwigenekerezo rya 20 mukakaro uyu mwaka turimwo , Indongozi z’aba diaspora k’urwego ndundi DICOBU 

0
10 Vyabonye

Indongozi z’aba diaspora k’urwego ndundi DICOBU zikaba zatunganije ikiganiro kubanditsi n’abamesha makuru muntumbero yokumenyesha icese ibikorwa vya diaspora ndundi biherekeza indwi yahariwe aba diaspora . 

Eric Niragira arongoye diaspora ndundi akaba yamenyesheje ko Mugitondo c’umusi w’ejo hategekanijwe kunagura ubwenge k’ubamenyesha makuru bakorera k’umboneshakure (Télévision en ligne),

Hama kw’itariki 28 /07 uyu mwaka nyene hakaba hategekanijwe kuja kugarukira imiryango yakuwe muzayo kubw’imyuzurira yateye mugatumba.

Ntaciyumviro kiratangwa on Uy’umunsi kwigenekerezo rya 20 mukakaro uyu mwaka turimwo , Indongozi z’aba diaspora k’urwego ndundi DICOBU 

Siga Iciyumviro