July 27, 2024

Nguru urutonde Rw’Indirimbo Umuririmvyi Diamond Platnumz aba Nigeria bavuga ko yagize Copy

2

kinyamakuru kimwe Gikorera kumbuga hwaniro Dnewz giheruka gushira ahabona Indirimbo kivuga ko Umuririmvyi rurangiranwa aturuka muri Tanzania Diamond Plutnumz yoba yarasubiyemwo icobita Copy/bakavuga ko uyo muririmvyi

ikinyamakuru kimwe Gikorera kumbuga hwaniro Dnewz giheruka gushira ahabona Indirimbo kivuga ko Umuririmvyi rurangiranwa aturuka muri Tanzania Diamond Plutnumz yoba yarasubiyemwo icobita Copy/bakavuga ko uyo muririmvyi uravye imiorere yiwe nindirimbo eka namasanamu abikura kuba Nigeria kandi bikaba vyibonekeza no kurutonde rwindirimbo zashizwe ahabona.kandi bakaba banatanze nindirimbo bivurwako yoba yarisunze bisa kugira ashobore kuzisohora

nguru urutonde rwindirimbo yasubiyemwo n’abaziririmvye:

1. Jux ft. Diamond Platnumz – Enjoy // Spyro – Who’s Your Guy?

2. Diamond Platnumz ft. Mbosso – Yataniua // Asake – PBUY

3. Diamond Platnumz – Jeje // Wizkid – Joro

4. Diamond Platnumz – Gidi // Burna Boy – Gbona

5. Diamond Platnumz – Gidi // WizKid – Show You The Money

6. Diamond Platnumz – Loyal // WizKid ft. Tems – Essence

7. Diamond Platnumz – Babalao // Naira Marley – Soapy

kino kibazo si Diamond Platnumz gusa kiraba abaririmvyi hafi nkabose kwisi ,ivyo bikama vyibonekeje kubaririmvyi bavanye ariko n’umudiho ugezweho cane umuririmvyi agezweho uko aririmba nuko yifata,kuko biratuba bamwe bahafatira akarorero bigafasha kugira nabo bamenyekane ningona.

tubibutse ko Diamond ari mubaririmvyi batatu bambere bakurikiranye cane muri kuno kwezi kurubuga rwa Youtube,uravye murutonde akaba akaba akurikirana n’abanya Nigerian nyene.

2 ivyiyumviro on Nguru urutonde Rw’Indirimbo Umuririmvyi Diamond Platnumz aba Nigeria bavuga ko yagize Copy

    Paul
    July 26, 2023

    Hahaha uwo mutipe aratwika kabisa niyibereho arigukora akanoti

    0
    0
    Honour
    July 26, 2023

    Bamwita ikimachine ntajya akina aravutura

    0
    0

Siga Iciyumviro