May 13, 2024

Umumenyeshamakuru (Igicu Fm) akaba n’uwutunganya amashusho (OLIKINGPRO)yatuganiriye vyinshi kuvyerekeye urugendo rwiwe rwogutangura guhinyanyura amasanamu munyuma akaba numumenyeshamakuru

6

Umumenyeshamakuru (Igicu Fm) akaba n’uwutunganya amashusho (OLIKINGPRO)yatuganiriye vyinshi kuvyerekeye urugendo rwiwe rwogutangura guhinyanyura amasanamu munyuma akaba numumenyeshamakuru

OLIKINGPRO: Umumenyeshamakuru (Igicu Fm) akaba n’uwutunganya amashusho (OLIKINGPRO)yatuganiriye vyinshi kuvyerekeye urugendo rwiwe rwogutangura guhinyanyura amasanamu munyuma akaba numumenyeshamakuru,yatutagiye vyinshi kuvyerekeye urugendo rwiwe,ningene afadikanya ivyobikorwa.Akaba yagize nico aterereye urundi rwaruka mugukura amaboko mumpuzu nomugukora cane muguhagurukira impano zabo.akaba yarangije yibira akabanga urundi rwaruka rushaka gutera imbere

Kuvyerekeye ubuzima igituma urwaruka rwokora yagize ati : ‘’ISI tubayemwo iriruka cane rero biradusaba kwiruka cane nogukora cane kugira dushikire indoto zacu kuko turacari mumyaka yogukora’’ Kuvyerekeye uko yinjiye muvyo guhinyanyura amashusho no kumenyesha amakuru,yagize ati ‘’ Jewe narabikunda kuko yarimpano yanje munyuma ncanegera umumenyeshamakurukazi yitwa DJ Fanny acaramfatukuboko,munyuma acarampa akazi nkuwufatamashusho kuri Tv Online yitwa DFTV257, Kubera ko narimfise umwete munyuma acayugurura iradiyo,ncandatangura nokuba umumenyeshamakuru nkakorera nomubuhinga bw’ivyuma’’ nakahe kajambo wobwira urundi rwaruka rudashaka gukora? ‘’Nibahebe amarigara babe Serious baze twubake igihugu cacu mumpano twahawe nakare turikumwe twese birashoboka’’

6 ivyiyumviro on Umumenyeshamakuru (Igicu Fm) akaba n’uwutunganya amashusho (OLIKINGPRO)yatuganiriye vyinshi kuvyerekeye urugendo rwiwe rwogutangura guhinyanyura amasanamu munyuma akaba numumenyeshamakuru

    Nziza
    December 8, 2023

    King 👑 komeza uterujambere turakwemera cane

    2
    0
    Joseph
    December 8, 2023

    Umwami wigisagara
    👑 wibihe vyose

    0
    0
    oligift
    December 8, 2023

    Impanuro nziza kuba Jeune Go ahead Olikingpro

    0
    0
    Bery
    December 9, 2023

    Keep moving forward brother

    0
    0
    Francois
    December 9, 2023

    Iyaba aba jeunes Bose bameze nkawe Oli

    0
    0
    Utnvboige
    February 8, 2024

    purchase viagra from india

    0
    0

Siga Iciyumviro