May 13, 2024

*Noël,Noël…Icyambu Live Concert

7

Noël,Noël…Icyambu Live Concert

Inyuma yokubona ko Edition yambere mwayikunze abandi bagasabako iyakabiri igaruka Uburero Israel Mbonyi yagarutse kuri Edition yakabiri kuri BK Arena ukaba uzogura itike ya Platinum 20k ,Diamond 15K ,Gold 10 K, Silver 5K ahonigihe uzobuguze I Ticke imbere y’uko igiteramo kiba hama umusi w’igiteramo Platinum izoba ari 30k, Diamond 20k ,Silver 10k Mukaba muhawe ikaze mwese kugira turangize umwaka turiko turashimira Imana kuko yatuzigamye umwaka wose tukaba tukiri bazima.Kaze twakire imigisha y’Imana

7 ivyiyumviro on *Noël,Noël…Icyambu Live Concert

    Nziza
    December 8, 2023

    I will be there
    Let's me save the date

    1
    0
    Joseph
    December 8, 2023

    Wow twongeye twataramye mu 🇷🇼 love from 🇧🇮

    1
    0
    Kercy
    December 9, 2023

    Israël mbonyi arakunzwe bidasanzwe ndetse nindirimbo ziwe

    0
    0
    Claude
    December 9, 2023

    Gusa ayomahera nimesnhi sinzi kobazoronka abantu benshi

    0
    0
    Santhia
    December 9, 2023

    Ko batamuzanye mu Burundi naho🤩

    0
    0
    Eloi
    December 9, 2023

    Iyi December Hari concert nyishi cane hariho izihakwa guhuza namatariki😂

    0
    0
    Utnvboige
    February 10, 2024

    viagra 6

    0
    0

Siga Iciyumviro