May 13, 2024

Ejo kw’Igenekerezo rya 7 Kigarama niho twaramutse tugendera komine Rutegama y’intara ya Muramvya

11

Ejo kw’Igenekerezo rya 7 Kigarama niho twaramutse tugendera komine Rutegama y’intara ya Muramvya

Ejo kw’Igenekerezo rya 7 Kigarama niho twaramutse tugendera komine Rutegama y’intara ya Muramvya ,aho Ikigo c’igihugu kijejwe Inyubako za leta cari kiramutse gishikiriza Inyubako zizokoreramwo sentare y’intango ya Komine Rutegama. 

Ico gikorwa kikaba cari gihagarariwe n’ Umuyobozi ajejwe urwubako mu Kigo OBUHA, Ing.Désiré NIZIGIYIMANA,Ing.Patrick MANIRAKIZA yakurikiranye uyo mugambi, abahinga batandukanye.  

Umuyobozi ajejwe urwubako akaba yarashikirije icese izo nyubako zizokoreramwo sentare y’intango ya Rutegama.

Akaba yaravye ko zobungabu gwa neza kuko ari inyubako rusangi.

 Yarongeye arashimira abahinga bobo bitanze batiziganya kugira bigende neza.

Umukuru wiyo Sentare arakengurukira bimwe vyimvamutima Ikigo OBUHA cubatse iyo Sentare.

Kubwiwe ngo bagiye koroherwa mu bikorwa vya misi yose eka n’amadosiye akazoshingurwa neza.

Eka n’abenegihugu baho mu Rutegama barashima cane izo nyubako bakavugako OBUHA yobandanya yubaka no muyandi makomine agize intara ya Muramvya.

Uwaserukiye ubushikiranganji bw’ubutungane nawe nyene yarakengurukiye Ikigo OBUHA anasaba ko amasentare yose yokubakwa gutyo,abacamanza n’abenegihugu bitura ubutungane boroherwe.

Tubibutse ko Ikigo OBUHA gisanzwe gikukira ubushikiranganji bw’Inyubako, Ibikoresho vya Leta ni kurwiza Uburaro.

11 ivyiyumviro on Ejo kw’Igenekerezo rya 7 Kigarama niho twaramutse tugendera komine Rutegama y’intara ya Muramvya

    Musemakweri Dodo
    December 8, 2023

    OBUHA muri mukazi muhezagirwe cane
    Ir Desire wewe akazi uragashoboye cane
    Kuva kera warinyerebutsi ndakwera musaza komeza iterimbere 🇧🇮 bwacu buseneza

    1
    0
    Kamari
    December 10, 2023

    OBUH na Rumonge mutwibuke kuko usanga inyubakwa dufite zitajanye nubuhinga bwa none ariko kandi turabashimira kubikorwa muri kugenda mukora vyiza

    1
    0
    Santhia
    December 10, 2023

    Obuha 👍👍

    1
    0
    Claude
    December 10, 2023

    Ese ivyo bikorwa vyiza vya obuha vyokwira no muyandi ma komine

    1
    0
    Francois
    December 10, 2023

    Natwe bo mu gihugu hagati turipfuza ko ubuha yodufasha mukwubaka inyubako rusangi nkamashure canke ibitaro

    1
    0
    Francois
    December 10, 2023

    None ko batubaka amabarabara nayo

    1
    0
    Nizigiye
    December 12, 2023

    Kombona arigatoya cane
    Mwarikububakira etaje kugira bise neza cane mugabo mwaragerageje Obuha mubandanye muri kukivi

    1
    0
    gaga
    December 13, 2023

    muri kukivi kabisa muhezagirwe

    0
    0
    Ganza
    December 17, 2023

    Mwirambire batama jewe mbona muri kukivi

    0
    0
    cialis going generic
    January 31, 2024

    cialis going generic

    cialis going generic

    0
    0

Siga Iciyumviro