July 27, 2024

NIYONGERE Boris UMWE M’URWARUKA BIREMEYE AKAZI MUNTUMBERO YO KWITEZA IMBERE AKAMENYESHAKO VUBA CANE AZOKORA NA SOCIETE YITWA:BOVIAN GROUPE

5

yiganiye ikinyamakuru BRODCASTING BUSINESS NEWS “Ati maze imyaka 7 ntanguye uyumwuga wo kw’iyungunganya muvyo gufasha abantu mukubasohorera impapuro no kubafasha muvyama photo no muvya lumicash ndetse n’imanza zitandukanye turazikora eka dukora ibitandukanye kandi abatwitura barashima

NIYONGERE Boris Arongera agiranti”Nkimara kurangiza amashure y’isumbuye ndetse na KAMINUZA Nkuru y’UBURUNDI mu Gisata c’UBUVUZI sinaciye ndera amaboko ngo ntegereze akazi ka RETA Ngo n’icare ndatsinze rurayi oya Habanamba naciye niyungunganya buhorobuhoro nakoresha udukoresho dutoduto cane nabashije kuronka bikanashika nkaza ndaja gutira aga camera gato kugira ntunganirize abene GIHUGU batwitura naka imprimante gato ariko sinacitse intege kuko narinzi ico nipfuza kugerako

Yarangije ashimira IKINYAMAKURU BBNEWS ko kidahengeshanya gushigikira Urwaruka ruriko rukora imigambi yo kwiteza imbere

Yamenyesheje IKINYAMAKURU #BBNEWS Ko afise intumbero kanatsinda aza yaratanguye yo gukora SOSIYETE yitwa BOVIAN GROUP izoba ihurikiwemwo n’ibisata vyishi bitandukanye

!!!!: UBURIMYI , UBWOROZI , ABIPFUZA KUZA ABAGEZAHO IMPAPURO , IBIKORESHO VY’AMAMASHINE NYABWONKO (Ordinateur) eka n’ibindi vyishi cane

Akaba yahamagariye abandi bipfuza kw’ifadikanya nawe nk’abarwizatunga nabandi ko imiryango yuguruye akavugako atarivyo gusa yipfuza kugerako imbere yiwe ariheza

#bbnews #hosted NT Rachidi #BUJUMBURA-BURUNDI BORIS WORKING SERVICES

5 ivyiyumviro on NIYONGERE Boris UMWE M’URWARUKA BIREMEYE AKAZI MUNTUMBERO YO KWITEZA IMBERE AKAMENYESHAKO VUBA CANE AZOKORA NA SOCIETE YITWA:BOVIAN GROUPE

    Steve
    May 10, 2024

    Courage cyane

    0
    0
    Sinzoyiheba
    May 11, 2024

    Natere imbere nkumuzinga kuko guhanga amaso reta ntaho vyari kumugeza kuko turi benshi twiga RER KO reta yadufashije mukuronka ubumenyi ntitwoca tuyaka nakazi ahubwo dukwiye kugakorera abatize nabo bashikigwe

    Joseph
    May 13, 2024

    Imana ikomeze igushigikire cane uzoshika kure urikukivi

    0
    0

Siga Iciyumviro