Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu
Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu, Jules NDAYIKEZA yafashe iyambere mukurima ibizinu.
urwaruka rukwiye gu haguruka rugakora ku gira rwiteze imbere,
Inyuma yo kwumva akamo katewe nu mukuru w’igihugu, Jules NDAYIKEZA yafashe iyambere mukurima ibizinu.
Jules NDAYIKEZA avuga ati :
“intumbero yacu mw’iyi coperetive ni kugira twigishe urwaruka rwinshi kurima iki giterwa”.
Wow vyiza cane
Rwaruka muterimbere
Ejo niheza
Imbere cane brother
Komeza uterimbere
Brother