Uku niko babayeho kandi bari mu Gihugu Cambere gitunze
ibitigiri vyabantu batagira uburaro biguma vyiyongera kwisi bivanye nuko,kuronka amazu canke gupanga uburaro ari ikintu kitoroshe. kenshi birakunda gutera ikibazo...
ibitigiri vyabantu batagira uburaro biguma vyiyongera kwisi bivanye nuko,kuronka amazu canke gupanga uburaro ari ikintu kitoroshe. kenshi birakunda gutera ikibazo...
amagaju Fc n'ikipe ikina mucicaro cambere mugihugu c'Urwanda ,mukugerageza gukomeza Ikipe yayo ikaba ikomeza kugura abakinyi batandukanye na cane cane...
Ubuyapani n'Igihugu kiri muri bitatu vyambere kw'isi bitunze, ariko gifise ibibazo bihagaritse umutima abarongozi eka n'abavyeyi.kuko hafi igice kinini cababayo...
#bbnews https://www.youtube.com/watch?v=3opF7h9AbM0
Ca gihe twese twari turindiranye igishika cageze Biremezwa neza ko , finale ya #PRIMUSIC2023 itazoba isanzwe Duhurire twese i Gitega, kur'uyu...
Amwe mumajambo yashikirije agishika yavuze Ngo: Nari Nakumbuye Akaboga K'i Bujumbura, Vyarashitse Ndasohoka Kubwo Gukora ikintu ciza Ndifuza yuko abankurikirana...
BUKANGUKE. Mu mwanya wo gusengera Uburundi naho agira ati “ibintu abarundi bidogera kurusha ibindi nk’ikena ry’igitoro, ifanta, isukari, amadorari n’ibindi...
Ico giteramo kikaba catumiwemwo abanyatugenene (aba comédien) batari bake aho twovuga nka @michel sengazi , Mutima comedian , Raoul Le...
Indongozi z'aba diaspora k'urwego ndundi DICOBU zikaba zatunganije ikiganiro kubanditsi n'abamesha makuru muntumbero yokumenyesha icese ibikorwa vya diaspora ndundi biherekeza...
ikinyamakuru kimwe Gikorera kumbuga hwaniro Dnewz giheruka gushira ahabona Indirimbo kivuga ko Umuririmvyi rurangiranwa aturuka muri Tanzania Diamond Plutnumz yoba...