Burundi —Igiciro c’isukari cashizwe ku mafaranga 6.000 ku kiro
Kuva kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 17/10/2024, Marie Chantal Nijimbere, umushikiranganji w'ubudandaji, amahinguriro n'ingenzi no gutwara abantu n'ibintu, yatangaje...
Kuva kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 17/10/2024, Marie Chantal Nijimbere, umushikiranganji w'ubudandaji, amahinguriro n'ingenzi no gutwara abantu n'ibintu, yatangaje...
Umuririmvyi Mnif Jimbo agiye gusohora indirimbo inyuma y’imisi 24 arekuwe avuye mw’ibohero. Igihe BBNEWS yavugana nawe kuri telephone kuri uyu...
Prosper Ntahorwamiye arongoye umurwi CENI ujejwe gutunganya amatora, kuri uyu wa 15 Gitugutu 2024 mw’ihoteri Royal Palace, yarashize ahabona ikirangamisi...
Mu gisagara ca Bujumbura hasigaye hibonekeza amasanganya aturuka cane cane ku ngendeshwa zisigaye zirenza mu gupakira. Ivyo vyibonekeje no mu...
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa 15/10/2024, Linda Bushasha, umuyobozi mukuru w’iradiyo Irebe FM ari nayo isanzwe itunganya ihiganwa “Irebe...
Abasuma bimonogoje mu ntara ya Bujumbura-Mairie, bize, baranonosora uburyo bushasha bwo kwiba bakoresheje amabahasha benshi bita enveloppe sac. Uti bigenda...
La Noblesse est une Villa dotée de 4 spacieuse chambres et 6 salle de bains. Chaque chambre dispose de sa...
Ikigo PVDB n'iki? Gikor'iki? Gikorera hehe? Citeze kuzan'impinduka mu biki? Ubworozi bw'inkoko, ingurube ndetse n'inkwavu ni bimwe mu bitungwa ico...
Ukuri n’uko muri Somaliya imiliyoni z’abenegihugu bariko bashikirwa n’uku kuri umunsi k’umunsi. Kubw’imiryango myinshi, ubuzima bwo kuba muntambara z’urutavanako, ibitero...
Abantu basuka imicafu mu nzuzi no mu biyaga ndetse n'abafise imiringoti isesayo imicafu bikubite agashi bahagarike ivyo bikorwa kuko vuba...