“Kuharya i reggae” imvugo ikoreshwa nabenshi kubera kubura imodoka zibunguruza.mwibura ry’igitoro
mugihe hamaze igihe kinini hibonekeza ikibazo c'ibura ry'igitoro,mu Burundi eka no mubindi bihugu,abantu benshi bamaze kumenyera kugenda n'amaguru aho usanga...