Burundi : Ni izihe ngingo zahinyanyuwe mu ntumbero yo kwongereza uburyo bwinjira mu kigega ca Reta?
Inyuma y’inama nshikiranganji yabaye ku wa 18/12/2024, bahejeje kuraba no kwiga ku bijanye n’integuro y’amafaranga Reta izokoresha muri uyu mwaka...
Inyuma y’inama nshikiranganji yabaye ku wa 18/12/2024, bahejeje kuraba no kwiga ku bijanye n’integuro y’amafaranga Reta izokoresha muri uyu mwaka...
Amafaranga arenga gato imiriyaridi 4.211 niyo bitegekanijwe ko azinjira mu kigega ca Reta, mu gihe ayarenga imiriyaridi 4.711 ariyo ategekanywa...
Umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo gutwata abantu n’ibintu, Marie Chantal Nijimbere, yavuze ko gushika ubu Reta y'Uburundi imaze gufata ingingo...
Mw’itangazo rijanye no kugurisha umwimbu w’ibigori uri mu kigo ANAGESSA, kuva aho Reta y'Uburundi ihimiririje abenegihugu mu kugwiza umwimbu ,...
Kuri uyu wa 17/12/2024, Mykhailo Mudryk yahagaritswe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru FA (Football Association) gukina umupira w’amaguru vy’imfatakibanza kubera basanze yariteye...
Abantu baba mw’izinga rya Mayotte barahuye n’ikiza c’igihuhusi kidasanzwe citwa “Chido”. Ico gihuhusi Chido ngo cari gifise umuvuduko w’ibirometero 200...
Mu ntara ya Bujumbura, Komine Mutimbuzi, ubunywero 27 bwo mu mazone 3 ari yo Gatumba, Rubirizi na Maramvya, nibwo bwugawe...
Mu ntara ya Cibitoke, birabujijwe kwanda ibigori bitoto bitetse canke vyokeje ku mabarabara no mu masoko, kugurira umwimbu w’ibigori mu...
Kuri uyu wa 14/12/2024, umukenyererarugamba Sylvie Nizigama asanzwe arongoye abakenyererarugamba mu ntara yagutse ya Bujumbura, yaragendeye abakenyererarugamba bo muri Komine...
Ku wa gatanu, igenekerezo rya 14 Kigarama 2024, umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye, yaragiraniye ikiyago n'abahoze batwara Uburundi ari bo :...