Umuririmvyi Dr Jose Chameleone ashobora gupfa mu myaka 2 iri imbere hamwe atohagarika kunywa inzoga nyinshi
Kuri uyu wa 16 Kigarama 2024, abaganga bavuze ko Umuririmvyi wo muri Uganda, Dr Jose Chameleone hamwe yobandanya anywa ibiboreza...
Kuri uyu wa 16 Kigarama 2024, abaganga bavuze ko Umuririmvyi wo muri Uganda, Dr Jose Chameleone hamwe yobandanya anywa ibiboreza...
Imboneza y'Ubumwe bwa Afrika, akaba kandi n’umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yaravuze ku kibazo kijanye n’urwaruka agira ati : "Ni...
Mu ntara ya Rumonge, nk’igihe c’isaha 1 y’ijoro, neza na neza mu gice c’uruzi Dama, haraherutse gufatwa abagabo 2. Abo...
Umuvugabutumwa w’umurundi, Chris Ndikumana, aheruka gutanga ubutumwa buhambaye ku bijanye no gutanga amashikanwa ndetse no kurihishwa mu biteramo vyo guhimbaza...
Mu Rumonge, muri uku kwezi kwa Kigarama 2024, baba abihereza agafanta canke ibinyobwa birimwo umwambiro, bamenyeshako ubu abafise ububare batari...
Kuri uyu wa 10 Kigarama 2024, ikigo kijejwe Iterambere ry'ingo n'imiryango mu ntara ya Bubanza, gifadikanije n'ishirahamwe GRID rikorana na...
Abamenyeshamakuru baba abarundi canke abanyamahanga, ntibemerewe gutangaza ivyavuye mu matora imbere y’uko CENI ku nzego zayo zitandukanye zibishikiriza. Ivyo vyashikirijwe...
Uwahoze ari umushingamateka, Nestor Ntahontuye, niwe aramutswa ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta kuva kuri uyu wa 9 Kigarama 2024, kw’itegeko ry’umukuru...
Inyuma yaho umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye atereye akamo abanyagisagara ku wa 10/08/2024 ko atawohirahira ngo yicare mu biro ngo akore...
Mu gihugu c’Urwanda hagiye gutangura gutangwa urucanco “CAB-LA” rukinga umugera wa SIDA. Urwo rucanco rwemejwe n’ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivy’amagara y’abantu...