Burundi : Kuronka Primus canke Amstel ni Mana mpa

Primus, inzoga ya Brarudi
Gushika ku muhingamo w’uyu wa 19/11/2024, kuronka ibinyobwa vya Brarudi cane cane Primus na Amstel ni akayoberabahinga. Ikena ry’ivyo binyobwa wongeyeko n’ifanta ryabaye ndanse haba i Bujumbura no mu gihugu hagati. Baba abihereza ivyo binyobwa canke ababidandaza ntibatahura ingorane iri muri Brarudi, bagasaba ko ico kibazo cotorerwa umuti mu maguru masha.
Hamwe hamwe ku bunywero ivyo binyobwa ntabihari, n’aho ugira ngo uraronse, igiciro c’avyo ni umurengera, aho Primus usanga bariko bayirangura hagati ya 4.000 fbu na 4/500 fbu, igashikira uwuyihereza igurwa 5.000 fbu, nayo Amstel ukayironswa kuri 6.000 fbu.Mwomenya ko ivyo vyose bibaye inyuma y’aho iryo shirahamwe ridugirije ibiciro vy’ivyo binyobwa.
Mw’ishirahamwe Brarudi ntaco baramenyesha kuri ico kibazo
Nihatar gangara igiye kutwica
Ubu ngubu kuronka primus na Amsterl uriruka nagatuguta kakabira aho uzirose naho ziba ziri kwibeyi iri hejuru cyane.
None amabombo yakamye? Iconzi amazi n´ubuzima abandi tutabubona kumw mpore!
Inzoga zo zinwa abamerew neza hoboneka icoguteka ibindi vyoshaka bikazimba
Mbe Inzoga muba muzirondera mushaka iki?
Jeho haheze imyaka 10 narazihevye
Akayoga burya Karamara inyota
Hahahaha Ahubwo murabuze ivyo muvuga
Inzoga jewe nwa imwe gusa
mbe Uwo muhungu Richard yandika izo Nkuru wewe ntanzoga anwa?
iyo nkuru ahubwo irantwengeje peeee
Ico nsico kibazo gihari ico kirasanzwe
Imana izomfashe Abana banje ntibanwe inzoga
Inzoga yemwe nizibi Bantu
jew nzozinwa ndonse amahera
Yoooh,,abanywi bazo disi bari mugahinda kadasanzwe.
Inzoga nibebi ziraryosha ikirori
Yoooh,,abanywi bazo disi bari mugahinda kadasanzwe.
Mbe BOCK zozo ziraboneka
Jew Nkunda kunwa injabuka izo zo mu Burundi ntazo nwa
Inzoga Nzozinwa Na Mpaka
Jew umugabo wanje naramubujije inzoga
ndakunda Inzoga Bitwa Primus
akayeri kararyoshe
murakwiye kugabanya ibiciro
Akaborerwe bayi turashiftinze tugiye mu nzuki .
Jewe Primus mpora numva itaryoshe
Hasigaye Ko Tunwa Heiniken Gusa
Jewe Nkunda Amstel
HAhahahah Munwe Inzoga Zizimvye basha
Amstel yoyo numuzi wibuye
None mwibaza viva kuki
Zabuze sana
Ningorane
None muburundi vyabuze vyose
None izobakora zijahe
Nibadutemwo ibinyobwa twinwere
None haburiki murimake
abanywi bazo oyeeee.
Ntaco tuzonywa urwarwa.
Nibarabe dakurorera imivinyu twinywere..
Ntihabuze umuntu Imana yishuye amasengesho ngo umugabo wiwe ahinduke inzoga zari mukumwica😂😂
Asha bayi baravyugaje mumasengesho,,urafyina numukenyezi aruhijwe ningeso yumugabo😂😂amavi niyo akora nibifungo vyinshi vyinshi,,hhhhhhh!
Niyo zaboneka abanywi bazo bazotangura gutonda umurongo mukuja kuzigura,,,,hhhhhhh!
iyo nkuru ni nziza
inzoga burya uzinyonye cane wosanga warwaye igitigu
Ariko Hariho Abantu Bakunda Kuborerwa
Jewe nibaza ko abantu mwokwihanura mugaheba inzoga
Jewe inzoga zimaze kunkoesha amakosa menshi ubu narazihevye
Jewe Ntanzoga nzosubira kunwa kuko Narakijijwe
none hageze nkimanza bica bigenda gute
Bigenda gute inzoga zibure ivyo bintu nukuri jewe sindabitahura peeee
None tubivuge gute ?ni isukari yabuze?ni ivyuma vyashaje binhura inzoga ?canke naho hariko hirwa ukungene bokora ikindi kidaje canke bariko bazana izindi nshasha zizoruta izihari?
Uko biri kwose turizera ikintu gishasha bazotuzanira kubera ko iryo kena ntiryumvikana.
ivyinzoga nakasamutwe nukuri kuko mumisi mikuru ibara ryaraguye.
biragoye gutahura nukuri kuko kiki zarahakije kwica abana.
ivyinzoga nikibazo reka twihorere gusa vyananiranye cane muburundi
Mbega burya nigiki kikiboneka vyoroshe
ugwanko nigwo gworoshe kuronka gusa.
Birakaze cane
Inyota izohitana umuntu
Imana ibe hafi uburundi ibibazo nivyishi kabisa
Ikibazo nikimwe mfise jewe ese brarudi yarahonvye?
Batubwire nukuri kuko biteye ubwoba pe
Canke nubu zigira hanze nkakwakundi?
Baratubwira twihereze kike .
Nimukizwe basha!!!!!!
turashaka kumenya iyo utweza mutima twacu batujanye
Ebana ntibabeshe kabisa nimana mpa
Birababaje nukuri
Mumisi bitege kugwana ningaruka za gangara.
Bamunwa amafanta basi
None ifanta yoheza inyota kweli?
Ntimufyine ikibazo cinzoga kirakomeye cane
jewe nibazako bazinyegeza barindiriyeko ziduga kugirango bikike mukiza kandi.
Nibwo bwenge kabisa
Aho vyankira nahonyene kwumvako bohemukira abaturage ngo namahera
Dusengere imboregwa nukuri
Mwibazako imboregwa kwaribo bafise ingorane
Aho baribaza abantu bahomba akazi kubera ubukene bwinzoga
Beshi ntibibaza ukuntu biba bibabaje iyo boss akwirukanye akubwirako atakironka inzoga.
Harakenewe ukuntu bokenyura iki kibazo kuko kirafise intambamyi cane kugwaruka
Ntaho tudahombera kuvyukuri tugeze kure cane
dukore gute none?
icambere dusengere uburundi
Uburundi nigihugu sikibuga bavyumve.
Baratwicira ikiyago nukuri
icombona leta nifate muminwe iki kibazo
Nkaha wosanga zihari ugasanga barankako zisohoka
vyiza mwoziheba pe
Wewe woheba inzoga ugaca ubaho gt?
Nimba muburundi vyase bahe ugwanda isoko ariko twironkere wagwan
Utu mugomba mudandaze igihugu rero?
Inyuma ya chine mugomba muhe ugwanda umwanya nagwo?
Mwagihimvye nukuri.
Baribesha kuko nzokigwanira nubwo noba ndumwe pe
Uburundi bukomeza kunyemeza cane pe
k
Kuki twisamburirako bigeze hano?
Ngira ntituratahurako igihugu aricacu.
Inzoga zirakoze ibara muburundi nukuri