Regideso irahakana ivyaraye bibereye ku kibuga c’indege ca Bujumbura
Ishirahamwe rijejwe gutanga umuyagankuba, Regideso, ribicishije ku rubuga X, ryazindutse rihakana ivyaraye bishikirijwe na Joël Nkurabagaya, umuyobozi w’ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye ku kibazo c’icika ry’umuyagankuba caraye kibaye mw’ijoro ryo ku wa 20/11/2024. Ico kibazo nyene catumye indege ya Brussels Airlines yari itegekanijwe kugwa kuri ico kibuga c’indege ca Bujumbura isaha zibiri z’ijoro itabaye icururuka kuko amatara y’inzira ikoresha mu kwururuka “piste d’atterrissage” yari yazimye.
Regideso ivuga kandi ko kiretse umuhora w’umuyagankuba uca mu kuzimu (6,6 kV), baheruka gushiraho uwundi muhora uca hejuru (10 kV) wagenewe ico kibuga c’indege gusa. Rero ngo ivyo kuvuga ko amatara yari yacitse sivyo na mba.
Mu makuru yaciye ku mbuga ngurukanabumenyi guhera mw’iryo joro yavuze ko iyo ndege y’ikompanyi y’ububirigi yoba yaciye ija kugwa ku kibuga c’indege kiri i Entebbe mu gihugu ca Uganda. Iruhande y’ivyo kandi ngo harabaye ihungabana mu bijanye n’igikorwa co kwakira ingenzi.
Musomyi kubwawe wumva ico kibazo coba caturutse hehe?
Ewan nihatar kl nixobl kl 😐😐
Ewan amatara nikint gikaze kl ,nibarabe bagir amatohoza vyihuse banyaragase
Jewe ndumva bidasiguritse
Ahubwo barabe icivyinyegeje inyuma
Ntibitahuritse rero ,nibatohoze icoba carabiteye.
Kukibuga cindege vraiment? ntabwo ivyo bintu bifise umuco.
Umuyagankuba urahari ubu nta kwidoga
None indege yaciye iguma mu kirere???canke yafashe iyindi itineraire?
Ubu umuyagankuba nikirenga
Iryocika ryamatara ntabwo risobanutse.
This is in EDENI😂😂
Ako nakumiro kweli.
Pas possible😢😢
Nukubiraba neza vraiment.
Ntibisiguritse nagato.
Ntabwo ibyo vyakabayeho
Byukuri nimba byagenze uko! Hubwo Numva Umu pilot yabaye Intwari yabikoze neza cyane
Barabe babitengeneze visuli nimba aribyuma byashaje barabe babisubirize ariko iryokasa ntiryongere si non! Twoba turiko turahomba
Politike y’Uburundi iragoye gutahura
Nzoba mbona
None ga bashaaaa tuvuge iki?
Nzosubira kuvuga mbonye nkuze
Amaganya aratanguye
Umuyagankuba nikirumara
Regideso turayemara cane gose mukomere kugikorwa
Regideso turayemara cane gose mukomere kugikorwa
umuyagankuba n’ikintu kidasanzwe kuko iyubuze hahagarara ibintu vyinshi cane
Nibarabe babitunganye vyihuse
Mu Burundi niho honyene umuyagankuba ushobora kubura cane
None nta machine ziri kukibuga c’indege kugira umuyagankuba ucitse bace bazaca hama umuyagnkubaugumeho
Bakwiye gusubiriza ivyuma kuko vyinshi birashaje nivyakera
Abajejwe ivyo bikorwa nibarabe uko bovyarangea bigatungana neza.
vyukuri biratwengeje kubona umuyagankuba ucika
Umuyagankuba kubura kukibuga ni pane ikomeye cane gose
Nimba atama groupes électrogènes bafise barabe bazigure pe
Bagire urugomero muri Rusizi kugira bahingure umuyagankuba ukora kukibuga cindege honyene kuburyo iryo kosa ritazosubira
ivyabaye ntabwo bizongera kabaye agakosa gato kuko siko vyahora biba ngo ikibuga cindege kibure umuyagankuba
ivyabaye ntabwo bizongera kabaye agakosa gato kuko siko vyahora biba ngo ikibuga cindege kibure umuyagankuba
iyo ndege yari gupfuma igwa kuri Gard du nord
Wosanga iyo ndege yarimwo abakobwa gusa
None Ntibari kwatsa aba Bougie?
Iyo Nkuru Iratwengeje Peeeeee HAhahahaha
Biratangaje Pe
Ningorane Nukuri
Ivyo bintu ntibitahuritse kabisa
Nakumiro kibara kln
none ntibozana ama bougie basi
none abihakana gute kandi wumva vyarabaye
none wumva akwiyiki rero
Aho hantu harimo akantu kln nimba mutavyumva
none izonzira zose zibiri vyacikiye rimwe
birashika ukaba wacitse
Mushobora gusanga Ari aga panne kabayeee kln
ivyobintu sinibazako vyabaye
none koyaciye ija kurwa ahandi ntaruhombo rwabayemwo
none koyaciye ija kurwa ahandi ntaruhombo rwabayemwo
ivyobintu ntibibaho kl
ningorane nukuri
ingorane mwumva zirikurinde
nibamuce amande kbs
none kwabihakana bigende gute rero
ivyontibibaho ntakukibuga cinde hacika amatara
Tuzoba turaba iyo bizoherera kln
umwe avugako yacitse uwundingo ntiyacitse twemere ivyande rro
ikibazo carabaye rero
Ivyoo bintuu birimo amakenga adasanzwe kln
ahubwo nibige icokibazo ahocavuye
yaracitse navyemere
Ivyoo bintuu ndazi ntibizoherera ngahoo kln
Kabisa harimo akantu kln
Noé ntibirakemuka ??
Harakwiye gukurikiranwa ivyo bintu kbsa
Reka kuvuga ivyo bintu nivyoo??
Nakamaramaza ahubwo
rero kobabihakanye dukoriki
Ko biteye amakenga ivyoo bintu
noe bafise imihora ibiri amatara acika bigenze gtee??
nigitangaro ca munguu kln
none ryoba iriryambere ucitse cnke
ivyabaye ntibizongera
mana yanjee
amatara nikibazo gikomeye
nibarabe neza icokibazo ahocoba cabereye
mubona tuzoshika kumbonakazoza gtee hakiri ivyo bintu mu gihugu
ivyobintu ntamuco bifise
pas possible vrema
indege vyarangiye itahaguye
nizere ko ivyo bintu bitazosubira kuba
ivyo bintu nibaze ko abakuru babizi
ubu n dibaza baragitoreye umuti
igihugu dutuye nihatari kln
nakamaramaza kwumva inkuru nkiyo mu gihugu kln
nihatari kabisa kln
turabashimiye kunkuru mutugezako buri munsi
BBNEWS Hejuru
karagaciyemwo muvywbwaye
YEZU weee ivyo bintu nibiki????
wonasanga ivyabaye arumugambi wimana
noe iyo ndege ntangorane yagize
bapfume barondera uyundi muhora basii
siko vyahora
iyo nkuru kumenga birababaje
nangwa ngo nikinyoma ico??
ntaco mfise norenzako kln
gusa kuba yaciye ija kurwa ahandi ntaruhombo rurimwo
hakwiye kurabwa neza
regideso irakwiye ibihano
ndibaza ivyo bintu niryambere bibaye
ibikoresho bakoresha cnke birakuze
ni hatari
Ntakuntu vyoba kukibuga cindege vraiment, ahandi vyokwumvikana ariko apana kukibuga ,indogozi nikuraba zikabikorerako nikindi gihe ntibize bisubire.
nakamuna nkri
nivyo yaracitse
vyarashitse rimwe ntibisigurako ari burimusi