Odeta wa Edisson yaraye amenyekanye.
Haraheze imisi abatari bake basaba umumenyeshamakuru Edisson Ndayahoze kubaka urwiwe kumpamvu yuko bavuga ko uwo musore afise imyaka myinshi kandi...
Haraheze imisi abatari bake basaba umumenyeshamakuru Edisson Ndayahoze kubaka urwiwe kumpamvu yuko bavuga ko uwo musore afise imyaka myinshi kandi...
Harabaru amasaha make habe urukino ruhuza umurwi nserukira gihugu w'uburundi (Intamba murugamba) hamwe n'umurwi nserukira gihugu w'igihugu ca Cameroun(Les Lion...
Haraheze imisi havurwa indirimbo hagati ya Big Fizzo n'umuririmvyikazi Monia Fleur indirimbo yavuzweko cane itarasohoka, abatari bake bakaba baragarutse kuriyo...
Ni kumusi wejo igenekerezo rya 09/2023 aho umuhinga mugutwenzwa akunzwe cane muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko agiye guteramisha abakunzi...
Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 nyakanga 2023 umuririmvyikazi NatachaNgendabanka yaronse ibakwe ryo gutorwa kugira azohiganwe n'abaririmvyi b'ibihangange mu karere...
N'umurirmvyi The Ben aho vyamaze kumenyekana ko kwigenekerezo rya 30/09 na 01/01 agiye gukora ibiteramo bibiri mugisagara ca Bujumbura aho...
Haraheze umwanya muto kumbuga ngurukana bumenyi hacanacanako inkuru ivuga ko umuririmvyi Sat B yaburiwe irengero inyuma yo gukora igiteramo kwigenekerezo...
INTATANA mu giteramo ALL IN ONE kizobera ARENA kuwa 5 igenekerezo rya 4 Myandagaro 2023 kuva igihe c isaha 1...
DJ Paulin yakiriye umuririmvyi JP Bimeni & The Black Belts abeshi bazi kwizina rya #Mudibu Akaba aje mugiteramo kizoba itariki...
Inyuma yo guteramisha abenegihugu bo mubufaransa no mububirigi Ni Drama-T Yongeye gufata rutema ikirere kwuno wakane itariki 13/07/2023 Agana mugisagara...