Izina ry’indirimbo ya Big Fizzo na Monia Fleur ryamaze kumenyekana
Haraheze imisi havurwa indirimbo hagati ya Big Fizzo n'umuririmvyikazi Monia Fleur indirimbo yavuzweko cane itarasohoka, abatari bake bakaba baragarutse kuriyo...
Haraheze imisi havurwa indirimbo hagati ya Big Fizzo n'umuririmvyikazi Monia Fleur indirimbo yavuzweko cane itarasohoka, abatari bake bakaba baragarutse kuriyo...
Ni kumusi wejo igenekerezo rya 09/2023 aho umuhinga mugutwenzwa akunzwe cane muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko agiye guteramisha abakunzi...
N'umurirmvyi The Ben aho vyamaze kumenyekana ko kwigenekerezo rya 30/09 na 01/01 agiye gukora ibiteramo bibiri mugisagara ca Bujumbura aho...
Haraheze umwanya muto kumbuga ngurukana bumenyi hacanacanako inkuru ivuga ko umuririmvyi Sat B yaburiwe irengero inyuma yo gukora igiteramo kwigenekerezo...
Mugihe hari haheze imyaka itari Mike umuririmvyi Sat B agerageza gusohoka igihugu agana mu bihugu rutura kugira ashobore kuryohera abakunzi...
Haraheze igihe gito bashize umukono kumasezerano yo gukorana n'amashirahamwe Beats and Creations na BuBet, aho abo baririmvyi bamenyekanye cane kundirimbo...
Cupline nuburiro bwatanguye neza na neza 2018 bwatanguye ari uburiro busazwe buzamwo abantu bake cane uko imyaka yagiye iragenda cupline...
N'umwe mu baririmvyi bo murwaruka rwa none yaje akorana ishakan'ubwira mumuziki nyarwanda bukebuke agenda y'igarurira imitimay'abanya Rwanda maze atandukira i...
Ni NGENDABANKA Natacha, yamenyekanye caNATACHAne nka Natacha Burundi, umwe mubigeme bakora cane, nacane cane gusohora kenshi indirimbo zifise amasanamu akozwe...
Amazina yiwe ni Karimunda Riche Flolin yamenyekanye cane nka RFlow kubw'umuziki, umwe mu baririmvyi b'abarundi bafise amajwiahanitse ndetse yifashishijwe kenshi...