Dadju Mugiteramo kimwe na BIG FIZZO, nabandi, muri la Tournee des Amis Gitegurwa na Amstel
Umuririmvyi Dadju mugiteramo ciwe I Bujumbiura vyamenyekanye ko Big Fizzo n'abandi batari bake harimwo na Kigingi,R FOW,MONNA WALDA,Ice Vania,hamwe na...
Umuririmvyi Dadju mugiteramo ciwe I Bujumbiura vyamenyekanye ko Big Fizzo n'abandi batari bake harimwo na Kigingi,R FOW,MONNA WALDA,Ice Vania,hamwe na...
Ikigo OBUHA kijejwe inyubako , gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE (Clinique Prince Louis...
Ntibikiribanga ivyari bimaze igihe binurwanurwa bihejeje kwemezwa, aho abicishije kumbuga ziwe za Facebook na Instagram yatatangaje ko atagisivya kwigenekerezo rya...
Mugihe hari haheze imyaka itari Mike umuririmvyi Sat B agerageza gusohoka igihugu agana mu bihugu rutura kugira ashobore kuryohera abakunzi...
Haraheze igihe gito bashize umukono kumasezerano yo gukorana n'amashirahamwe Beats and Creations na BuBet, aho abo baririmvyi bamenyekanye cane kundirimbo...
Cupline nuburiro bwatanguye neza na neza 2018 bwatanguye ari uburiro busazwe buzamwo abantu bake cane uko imyaka yagiye iragenda cupline...
N'umwe mu baririmvyi bo murwaruka rwa none yaje akorana ishakan'ubwira mumuziki nyarwanda bukebuke agenda y'igarurira imitimay'abanya Rwanda maze atandukira i...
Amazina yiwe ni Karimunda Riche Flolin yamenyekanye cane nka RFlow kubw'umuziki, umwe mu baririmvyi b'abarundi bafise amajwiahanitse ndetse yifashishijwe kenshi...
rallye internationale nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga kuruyu mu goroba wa gatanu igenekerezo rya 18/8/2023 mu ntara ya Ngozi niho...
BEST PRESENTER ihiganwa ryari ryatangujwe na BBNEWS rikaba ryasozerewe kwi itariki 15/08/2023. kubashoboye kwitaba kuva muntango gushika munyuma ihiganwa,vyari ibintu...