Igenekerezo rya 24/07/2023 Niho umuririmvyi D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie
Amwe mumajambo yashikirije agishika yavuze Ngo: Nari Nakumbuye Akaboga K'i Bujumbura, Vyarashitse Ndasohoka Kubwo Gukora ikintu ciza Ndifuza yuko abankurikirana...