NATACHA : Ifoto ya kajipo kagufi, Bamwe bati n’akambaro kibara abandi bati n’ubusirimu.
Ni NGENDABANKA Natacha, yamenyekanye caNATACHAne nka Natacha Burundi, umwe mubigeme bakora cane, nacane cane gusohora kenshi indirimbo zifise amasanamu akozwe...
Ni NGENDABANKA Natacha, yamenyekanye caNATACHAne nka Natacha Burundi, umwe mubigeme bakora cane, nacane cane gusohora kenshi indirimbo zifise amasanamu akozwe...
Amazina yiwe ni Karimunda Riche Flolin yamenyekanye cane nka RFlow kubw'umuziki, umwe mu baririmvyi b'abarundi bafise amajwiahanitse ndetse yifashishijwe kenshi...
rallye internationale nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga kuruyu mu goroba wa gatanu igenekerezo rya 18/8/2023 mu ntara ya Ngozi niho...
Summer Food Festival ni ihayanishwa ritegurwa na BBNEWS aho uyu mwaka vyashoboye gutegurwa kuncuro yambere mukibanza ca Uzuri Beach,rikaba ryitabiriwe...
Care for the children Burundi igiye gusohora igitabu "Umugenzi w'abana". N'igitabu gifasha abavyeyi , mu miryango, kurerera abana mw'ijambo ry'Imana,...
N'igiteramo gitegurwa na Mugenzi Alfred Aubin benshi muzi nka Kigingi Official asanzwe akora umwuga wo gutweza Aho ar'igiteramo ngarukamwaka gikunzwe...
Bakaba bazokorana nabo muguhayanisha ibikorwa vya BUBET bitandukanye Bakaba rero bagiriraniye amasezerano y'amezi 3 bakora nkaba ambassadeurs biryo shirahamwe riri...
muri post yiwe yashize kuri Tweetter umuririmvyi Bruce Melody aturuka mu Rwanda arabeshuza amakuru yashizwe kurubuga n'ikimenyesha amakuru''IGIHE'' ko yoba...
Primusic yuyumwaka cari igikorwa kitoroshe ,kuko hafi abayitavye nkabose bari bazi kuririmba neza kandi ubona ko bakeneye gushika kuntsinzi ,Igikorwa...
umuririmvyi aturuka mugihugu c'Urwanda Bruce Melody yakoze igiteramo Gikomeye cane muri Primusic aho biboneka ko yari yaciteguriye kuko yashoboye kuririmba...