Umwami w’Uburundi: Iyimikwa ryiwe ryabera he, ryaba gute?
Mu migirwa yo kwimika umwami mu Burundi harimwo gutera ibigabiro, ibiti vy'ubwoko butatu harimwo ikivumu Kuri uyu wa gatandatu mu...
Mu migirwa yo kwimika umwami mu Burundi harimwo gutera ibigabiro, ibiti vy'ubwoko butatu harimwo ikivumu Kuri uyu wa gatandatu mu...
Mu ntumbero yo gufasha abana batishoboye Umurwi Victorious team ugiye gukorera igiteramo muntara ya Gitega ikigo gisanzwe gifasha abana bimpfuvyi ...
Abami Mwambutsa IV Bangiricenge n'umuhungu wiwe Ntare V Charles Ndizeye nta migirwa yo gushingurwa bagiriwe nk'uko vyari bisanzwe bikorerwa abandi...
abanyagihugu bo muri Commune Mutimbuzi na Cane cane Kajaga na Gatumba baratakamba basaba Leta ko yobagarukira mukubafasha kuzitirira uruzi Rusizi...
Kuva aho inoti zakera zibihumbi cumi 10000 niz'ibihumbi 5000 zihinduriwe ama Banki ngo ntiyorohereza abantu baba bashaka kubikuza igitigiri kinini...
Restaurant yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,Aho twaramutse tugendera Restaurant ikora neza nayo siyindi ni...
Mubushakashatsi bwakozwe n'amashirahamwe mpuzamakungu adaharanira inyungu za politike mu burundi bwasanze urwaruka rwinshi ruri mubukene bukabije ,kuburyo kumusi rushobora kutaronka...
Amasezerano yo kubuza kuroba mu kiyaga ca Tanganyika yatanguye gukurikizwa kuva kwi itariki ya 15 Rusama. Yafashwe n'ibihugu bine vyo...