Amakuru AWARD Breaking News Business Health Ibidandazwa Inkuru nshasha Uncategorized Ikigo PVDB n’iki? Gikor’iki? Gikorera hehe? Citeze kuzan’impinduka mu biki? NTIBASHIRINZIGO Pacifique September 28, 2024 50 Ikigo PVDB n’iki? Gikor’iki? Gikorera hehe? Citeze kuzan’impinduka mu biki? Ubworozi bw’inkoko, ingurube ndetse n’inkwavu ni bimwe mu bitungwa ico kigo gisanzwe gikurikirana cane muku bironsa imiti hamwe n’ibifungurwa bw’ivyo bitungwa.Nkuko twavyiganiwe na BUKURU Désiré, Umuyobozi Mukuru wa PVDB. Aratwiganira ingene ariko arategura Formation (Ivyigwa vyo kworora inkoko) izoba igenekerezo rya 5 n’irya 6 Gitugutu 2024. Aho ashaka gusangiza abantu benshi bavuye mumihingo itandukanye y’igihugu ubumenyi bw’ingene boshobora kworora inkoko bakunguka kurugero rushimishije, kuronka ico gitungwa ndetse n’imiti yazo.Uyo muhinga akaba amenyesha ko zimwe mu ntambamyi zituma aborozi bataronka umwimbu mwiza ngo n’uko batangura ubworozi batavuganye n’abahinga babi nonosoye bakaza kuba rondera vyayangaye, nico gituma ahamagarira aborozi bose bavyipfuza canke ababitanguye gukurikirana izo nyigisho. Ikiganiro twagiranye na Désiré BUKURU. Fyonda ngaha. Video PVDB Continue Reading Previous At’amazi turahweraNext “La NOBLESSE” c’est les USA au Burundi More Stories Amakuru Breaking News Politics Umuhari M23 ngo ntuzitabira ibiganiro bihuza RDC n’imihari yitwaje ibrwanisho Richard Hakizimana December 21, 2024 11 Amakuru Politics RDC : Umukuru w’igihugu Félix Tshisekedi yaraye ahinduye uwurongoye igisirikare FARDC n’abandi bayobozi bakuru Richard Hakizimana December 20, 2024 3 Amakuru Inkuru nshasha Ubuzima USA : Abanyeshure b’abanyamahanga biga mu ma kaminuza bari mu buruhuko basabwa kugaruka kare Richard Hakizimana December 20, 2024 0 Amakuru Politics Mu myaka 4 iheze, Vladimir Putin ntiyigeze aganira na rimwe na Donald Trump Richard Hakizimana December 20, 2024 2 Amakuru Politics Ubuhinga Burundi : Vyokwakirwa gute n’urwaruka hamwe umuririmvyi Nzeyimana Thomas yoba umushingamateka? Richard Hakizimana December 20, 2024 51 Amakuru Breaking News Bujumbura : Harategekanijwe amasengesho arangiza umwaka yo gushimira Imana yateguwe y’umuryango w’umukuru w’igihugu Richard Hakizimana December 20, 2024 48 50 thoughts on “Ikigo PVDB n’iki? Gikor’iki? Gikorera hehe? Citeze kuzan’impinduka mu biki?” Nanje nzoba nahishikiye Reply Unyibukije izanje zapfuye kwl nuko ntari hafi noje Reply Muntara hagati ko mwatwibagiye aritwe tuzitunga Reply Iciyumviro ni bn gusa ahanini formation muyitumbereze ruguru niho hoza benshi Reply Inkoko ntaribi yunguka ningoga Reply Ico ciyumviro nico mutama Reply Good idea Reply Imiti y’inka murayifise? Reply Muntara ntimukorerayo? Reply ukura utabaza ugasaza utamenye !!!!!ndazi beshi babura iyobashira batanguza imigambi nkiyo ihomba nyishi zikabapfana . Reply Nizerero muzozunguruka igihugu cose Reply Imigambi nkayo Leta irakwiye kuyishigikira kugira habego beshi batunganya imigambi ugwaruka rushikigwe nukuronka ico gwokora Reply Uwomugambi nimwiza kuko numugambi ubona umusaruro vyoroshe Reply ibi bitungwa ni ngirakamaro cane Reply ndizerako burimuntu yipfuza kumenya vyishi kurivyo Reply barakwiye kumuha ibiganira agasigura vyshi kurico gikogwa ciwa akora Reply iyo migambi leta irakwiye kuyifa mumugongo cane Reply mbega burya ntamashirahamwe ariho ajejwe gufasha imigambi nkiyi? Reply Harugwaruka gwishi nanje nzi rushaka imigambi nkiyi Reply ubworozi bw’inkoko burunguka cane Reply babisangize abandi gusa niho vyogenda neza Reply inkoko nico gitungwa cunguka cane mugihe citaweho Reply jewe ndashaka guhura nuyumuntu Reply ivyo vyirwa birakwiye gushigikirwa cane kabisa Reply gusa nazonyene ntizoroshe gutunga kubra ivyozirya birazinvye cane Reply iyo formation irakwiye kujamo aba jeune kubwinshi kuko nibo bakeneye ivyo bintu Reply ibi bintu tuzobishobora kweli? Reply uwo mugambi w’inkoko nimwiza pee Reply ese worara ubusa ngo ninkoko? Reply uwo mugambi numwe muri myinshi aba jeune bakwiye gukora Reply iryo shirahamwe rirakwiye gushigikirwa kabisa Reply nikibazo cane ntamigambi ubuzima bizinvye Reply uwo mugambi nuwo gufatwa mumugongo kweri Reply ivyo bintu nisawa cane Reply kwokorora inkoko numwe mumigambi irimwo akunguko kenshi Reply zirimwo vyishi izonkoko can Reply inkoko nisawa cane kweri Reply mfasha jewe naragerageje ariko zirampfana nokoriki? Reply nukugikorerako kabisa kubera inkoko zirimo akunguko Reply Egera abaganga nivyo vyogufasha bibitungwa Reply asha namba arubworozi muzi bwunguka nubwo kabisa Reply ubu ntavyo kurondera akazi muri reta nukuronderera mubworozi Reply Bizogenda neza neza niwabarondera kare Reply iyongora yama yashitse cane cane mumisozi umuntu agahomba kubera ukutamenya Reply harakenewe inyigisho rero Reply nisawa kweri kwinvestissa mubworozi bw’inkoko Reply Leta ifise igikogwa gikomeye kurico kintu kabisa Reply Gusa yogikorerako kuko nibitungwa vyoroshe ariko binyaruka gupfa ukuntu!! Reply mwibukeko igeze kuri 100.000fb imwe Reply inkoko ziranadufitiye akamaro kweri Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
ukura utabaza ugasaza utamenye !!!!!ndazi beshi babura iyobashira batanguza imigambi nkiyo ihomba nyishi zikabapfana . Reply
Imigambi nkayo Leta irakwiye kuyishigikira kugira habego beshi batunganya imigambi ugwaruka rushikigwe nukuronka ico gwokora Reply
Nanje nzoba nahishikiye
Unyibukije izanje zapfuye kwl nuko ntari hafi noje
Muntara hagati ko mwatwibagiye aritwe tuzitunga
Iciyumviro ni bn gusa ahanini formation muyitumbereze ruguru niho hoza benshi
Inkoko ntaribi yunguka ningoga
Ico ciyumviro nico mutama
Good idea
Imiti y’inka murayifise?
Muntara ntimukorerayo?
ukura utabaza ugasaza utamenye !!!!!ndazi beshi babura iyobashira batanguza imigambi nkiyo ihomba nyishi zikabapfana .
Nizerero muzozunguruka igihugu cose
Imigambi nkayo Leta irakwiye kuyishigikira kugira habego beshi batunganya imigambi ugwaruka rushikigwe nukuronka ico gwokora
Uwomugambi nimwiza kuko numugambi ubona umusaruro vyoroshe
ibi bitungwa ni ngirakamaro cane
ndizerako burimuntu yipfuza kumenya vyishi kurivyo
barakwiye kumuha ibiganira agasigura vyshi kurico gikogwa ciwa akora
iyo migambi leta irakwiye kuyifa mumugongo cane
mbega burya ntamashirahamwe ariho ajejwe gufasha imigambi nkiyi?
Harugwaruka gwishi nanje nzi rushaka imigambi nkiyi
ubworozi bw’inkoko burunguka cane
babisangize abandi gusa niho vyogenda neza
inkoko nico gitungwa cunguka cane mugihe citaweho
jewe ndashaka guhura nuyumuntu
ivyo vyirwa birakwiye gushigikirwa cane kabisa
gusa nazonyene ntizoroshe gutunga kubra ivyozirya birazinvye cane
iyo formation irakwiye kujamo aba jeune kubwinshi kuko nibo bakeneye ivyo bintu
ibi bintu tuzobishobora kweli?
uwo mugambi w’inkoko nimwiza pee
ese worara ubusa ngo ninkoko?
uwo mugambi numwe muri myinshi aba jeune bakwiye gukora
iryo shirahamwe rirakwiye gushigikirwa kabisa
nikibazo cane ntamigambi ubuzima bizinvye
uwo mugambi nuwo gufatwa mumugongo kweri
ivyo bintu nisawa cane
kwokorora inkoko numwe mumigambi irimwo akunguko kenshi
zirimwo vyishi izonkoko can
inkoko nisawa cane kweri
mfasha jewe naragerageje ariko zirampfana nokoriki?
nukugikorerako kabisa kubera inkoko zirimo akunguko
Egera abaganga nivyo vyogufasha bibitungwa
asha namba arubworozi muzi bwunguka nubwo kabisa
ubu ntavyo kurondera akazi muri reta nukuronderera mubworozi
Bizogenda neza neza niwabarondera kare
iyongora yama yashitse cane cane mumisozi umuntu agahomba kubera ukutamenya
harakenewe inyigisho rero
nisawa kweri kwinvestissa mubworozi bw’inkoko
Leta ifise igikogwa gikomeye kurico kintu kabisa
Gusa yogikorerako kuko nibitungwa vyoroshe ariko binyaruka gupfa ukuntu!!
mwibukeko igeze kuri 100.000fb imwe
inkoko ziranadufitiye akamaro kweri