July 27, 2024

 IGITERAMO HAMWE NA SAMPUTU MURI EDMONTON ALBERTA MU GIHUGU CA  CANADA

4

Igiteramo ,igiteramo cakataraboneka mu gisagara ca EDMONTON ALBERTA mu gihugu ca CANADA n’igiteramo kidasazwe catuganijwe n’amashirahamwe nka AFRICAN CANADIAN PERFOMING ARTS FOUNDATION hamwe na  kilimanjaro vip restaurant biri mu gihugu ca CANADA bikazobera aho bita 12964-52 street EDMONTON  AB ingo murabe akaranga ko mu Rwanda no mu Burundi

Igiteramo ,igiteramo cakataraboneka mu gisagara ca EDMONTON ALBERTA mu gihugu ca CANADA n’igiteramo kidasazwe catuganijwe n’amashirahamwe nka AFRICAN CANADIAN PERFOMING ARTS FOUNDATION hamwe na  kilimanjaro vip restaurant biri mu gihugu ca CANADA bikazobera aho bita 12964-52 street EDMONTON  AB ingo murabe akaranga ko mu rwanda no mu burundi aho muzoteramishwa nu muririmvyi akomeye cane abica bigacika  yitwa JEAN PAUL SAMPUTU arikumwe na EMPRESS NYIRINGANGO bakazobateramisha italiki ya 17 RUHESHI 2023 isaha 15hoo yo muri EDOMONTON ALBERTA muri CANADA amafaranga yo kwinjira na mahera y’imbombo nukuri ni promotion kuri 20$ gusa ugaca wirabira SAMPUTU sivyo gusa bamwe bifuza kwivuna akanyota canke  gufungura kuko hari abahinga bavyigiye bakinjiga neza nabo s’abandi ni kilimanjaro vip restaurant aho muzogurira amatike ni kuri PORTUGUESE CULTURAL CENTRE.

Bantu muri mu micungararo ya EDMONTON ALBERTA muri abarundi ;abanyarwanda canke abanya canada n’abandi nyaragasa muze kuraba uko SAMPUTU abica bigacika mu ndirimbo ziwe mu menyereye nka YAHWEH n’inzindi nyinshi musazwe mwumviriza.

Mufise ico mubaza mwo twakura kuri :780 860 4160

                                                                      780 807 4675         

4 ivyiyumviro on  IGITERAMO HAMWE NA SAMPUTU MURI EDMONTON ALBERTA MU GIHUGU CA  CANADA

    bbnewz
    June 15, 2023

    WE WILL BE THERE

    0
    0
    Annette
    June 15, 2023

    Awesome concert bizoba arisawa cane gose

    0
    0
    James
    June 15, 2023

    Canada muraryohewe cane
    Imana izobane namwe mugitaramo

    0
    0
    Nadine
    June 16, 2023

    Hello ndabona biryoshe cane vyoba vyiza natwe abo ngaha Texas muje kudutaramisha dukinda gospel
    Muzodutumirire Israel mbonyi muzoba mukoze cane gose

    0
    0

Siga Iciyumviro