September 8, 2024

King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE

4

King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE,

avuye muri Dubaï  aho yaramaze iminsi 15 ariko aratunganya ibijanye n’akazi kiwe k’umuziki. Ikintu nyamuku cari camujanye cari igiteramo co guhimbaza imyaka 61 irangiye Uburundi buronse intahe yo kwikukira. 

Abantu batari bake nibo baje kumwakira, bazananye n’ivyapa bimwanditsweko

4 thoughts on “King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *