October 18, 2024

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye  yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka 

9

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye  yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka rusanzwe  rufise imboneshakuru ikorera  Ku Mbuga ngurukana Bumenyi,   ” Juste Gaël” asanzwe ariwe arongoye   “Umukubito TV

9 thoughts on “Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye  yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka 

  1. Sebarundi akunda urwaruka jewe nico mukundira gose
    Wirambire mutama much respect urashoboye

  2. Umukubito bawuhaye hiti imbere cane
    President wacu turakwemera kandi tukurinyuma cane
    Jewe nzogutora Imana ikomeze ikuzigame ikurinde inyangaburundi kuko wewe ufise imigambi mizima

  3. Ibibintu nivyiza vyoguha urwaruka bakayaga na perezida
    Turagukunda cane Papa wacu niwirambire 🇧🇮

  4. Mudukemurire nikibazo cigitoro mutama turagusavye gose
    Mudutabare turarushe muvyeyi wacu wu 🇧🇮

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *