April 25, 2024

N’igiteramo gitegurwa na Mugenzi Alfred Aubin benshi muzi nka Kigingi Official  asanzwe akora umwuga wo gutweza Aho ar’igiteramo ngarukamwaka gikunzwe cane gihuza abakiri bato,abayabaga,ndetse nabakuze 

 N’igiteramo kizoba catewe iteka n’ibihangange muri Comédie yaba Abarundi canke abanyarwanda nkukwo mubabona kuri affiche azoba Ari igenekerezo rya 20 Myandagaro uyumwaka kuri messe des officiers.

Ntaciyumviro kiratangwa on Igiteramo @Kigingi summer Comedy Ku ncuro ya gatandatu

Siga Iciyumviro