May 13, 2024

Care for the children Burundi igiye gusohora igitabu “Umugenzi w’abana”.

N’igitabu gifasha abavyeyi , mu miryango, kurerera abana mw’ijambo ry’Imana, kuva bakiri bato. 

Kurerera abana mw’ijambo ry’Imana n’ukubaka igihugu, ishengero n’imiryango itekanye kandi iteye imbere .

Ico gitabu kirungurura kandi  kigakomeza ibiganiro hagati y’abana n’abavyeyi.

Toza umwana indero akwiye kwamana azorinda asaza atarayivamwo. Imigani 22: 6

https://www.facebook.com/careforthechildren2020/

https://www.instagram.com/p/CvWgrk3N7P0/?igshid=NTc4MTIwNjQ2YQ==

+257 68137066

+257 7981705

2 ivyiyumviro on UMUGENZI W’ABANA

    zaninka Bella
    August 10, 2023

    Wow wow
    Vyuza cane
    Twogisanga amajahe?

    0
    0
    jack
    August 10, 2023

    Muzogisohora ryari ?
    Twobasangahe?

    0
    0

Siga Iciyumviro